Skip to content Skip to sidebar Skip to footer

[DOWNLOAD] "Ico Bisigura Gucika Umwungere" by Dag Heward-Mills # Book PDF Kindle ePub Free

Ico Bisigura Gucika Umwungere

📘 Read Now     📥 Download


eBook details

  • Title: Ico Bisigura Gucika Umwungere
  • Author : Dag Heward-Mills
  • Release Date : January 05, 2019
  • Genre: Christianity,Books,Religion & Spirituality,
  • Pages : * pages
  • Size : 469 KB

Description

Ikintu Kimwe kiza kuri wewe mugihe wumvise ijambo "Umwungere" canke Intama! Intama n'igikoko gikeneye umwungere. Umwungere nu witaho, Agakunda kandi Akarinda Intama. Muri Bibiliya, Imana itugereranya Nk'intama zomucanya cayo.

Yesu kandi yabwiye Petero Intumwa kugaburira Intama ziwe mukwerekana urukundo afise Ntumukiza. Kuba umwungere n'igikorwa gikomeye cane. N'icubahiro guhamagarwa n'Imana ikaguha igikorwa cayo cokuragira Intama.

Muriki gitabo, Dag Heward-Mills aradutumira, aradutera intege, akana twereka ingene twokwinjira muriki gikorwa cukuragira Abantu bayo. Ntusigare Inyuma muriki gikorwa cukuba umwungere!


PDF Books "Ico Bisigura Gucika Umwungere" Online ePub Kindle